akaga   7  class 7
singular: aka-,aga-
  
1. danger, 2. trouble, 3. misfortune
 akaga : Narrative Tense 3. pers. sing. of:
kwāga (-āze)   v    1. to scratch with fingernail, to scratch lightly, 2. to be narrow
 akaga : Prefixless Present 3. pers. sing. with 7.class sg. object of:
kwāga (-āze)   v    1. to scratch with fingernail, to scratch lightly, 2. to be narrow
akagabo (utu-)     7  class 7
singular: aka-,aga-
plural: utu-,udu-
  
1. thumb, 2. little man
akagayo (utu-  7  class 7
singular: aka-,aga-
plural: utu-,udu-
  
blame, scorn, disdain
akagājo     7  class 7
singular: aka-,aga-
  
light brown
akagaruka   7  class 7
singular: aka-,aga-
  
a returning
bad    (adj.) –bi
(~ person) umubi
(~ luck) icāgo, akaga
(that which is ~) ikibi
En-En dictionary 
blame    umugayo, akagayo, agasūzuguro
En-En dictionary 
brown    (to ~ food) guhindukiza mu mavuta
(colour) c'inzobe, c'umugina, c'akaga, ibihogo
(light ~) akagājo, umuyēnzi
En-En dictionary 
colour    irāngi
(black) umukata, umufyiri, agafyīri,
(very) umuvyiro
(black mud) urushānga
(blue) ubururu
(brown) ibihogo
(brown, light) akagājo, umuyēnzi
(brownish black cow) ikirāyi
(gray) -vivi, agahīza, akavūzo, uruvūzo
(green) akātsi gatoto
(orange) umutugutu
(red, like mud) agahama
(tan hair, of goats) umufūmbere
(very white) derere
(yellow) umuhōndo, umutugutu
(yellow, dark) ibihogo
(yellow, light, reddish) umugina
(to be black) kwīrabura
(to be white) kwēra
(to become yellow or reddish, in ripening) kubēnja
(to colour) kuraba
(to ~ in) gusiga amabara
(to change ~, fade) kubēnjūka, kubēngūka
En-En dictionary 
danger    akāga, irīnde
(to go into without regard to oneself) kwīroha
(to warn of) kubūrira
(to watch out for) guhwebutsa
En-En dictionary 
goodbye    n'agasaga, n'akagaruka, n'agahindukira, n'agahumuza, n'agahwane, n'akababa, n'akaza, n'akabandanya, n'akazoza, buroca, turabonanye, ku Mana, ndakwinyungushuye
(to superior) ndakwikebanuye, ndikebanuye, ndigaranzuye
(to bid) gusēzera
En-En dictionary 
scorn    umugayo, akagayo, agasūzuguro
(one who scorns others) umucōkōranyi
(spit spurted from between teeth as indication of) inyeri
(to ~) guhinyura, kunēma, kugaya, gukēngēra
(to show ~ by spitting out) gucīra inyeri
En-En dictionary 
thumb    urukumu, akagabo
En-En dictionary 
trouble    icāgo, amaganya, amagōrwa, amarushwa, akaga
(to ~) kugōra
(to be free from ~, when others have it) gucuna
(to help one in ~) kwemānga
(to stir up ~) kugūmūka
(med) uguta umutwe
En-En dictionary 
returning    (a ~) akagaruka
En-En dictionary 
misfortune    akaga, icāgo, amarushwa
En-En dictionary 
 akaga found in: Imyibutsa (proverbs)
Umwibutsa 11   Akagabo karaje ukuguru hanze...