<   swipe next   >
Vocabulary of the day
do you know kuvura ?
none urarizi congeal ?
Humor
 Igikere bakijuguniye inyuma y'urugo kiti injugujugu iy'iba itavuna umugongo yunguruza!
Proverb of the day
Ijambo rirenze umunwa riba rirenze impinga.
Umugani: Uk'Uburundi butwarwa
Kera rwose, umwami w’i Burundi yari yiganje, nta wundi mwami yakukira. Yarageseza umuryango ukw ashaka, akawuheza. Ariko musi yiwe ...
BCU Kirundi App on your mobile device

New: Download & install