terminer  ▶  finish   ▶ (vt) guheza, kwāhukānya, kumara, kurangiza, gusōzēra, gutōza, gushirīsha
(vi) guhera, kwāhukāna, kurangira, gushira
(completely, vi) kwīramvura, gukōmvōmvoka
(vt) gukōmvōmvora, kumarīra, kumaramara, kunōnōsora, guherengeteza, guheraheza
(each other off) kumarana
(food) gukōmba
(weaving an article) gusōza
En-En dictionary 


try deep search for more results...