<   swipe next   >
Vocabulary of the day
do you know guseka ?
none urarizi butt ?
Humor
 Imbwa bayiteye igishirira ku cavu iti ncanira bagenzi, impinga igendwa n'abagenzi!
Learn Kirundi with Music & Lyrics
  "Muremyi w'Isi"
by Fabrice & Maya
Mbega mvuge iki ndeke iki Ko nakunzwe bihebuje Mbega Mwami noguha iki Ku rukundo wanyituje -Ivy'ukora -biransiga -Ehe...
Umugani: Igituma abatwa banenwa
Kera rwose, umwami yarinamuye, akoranya abantu. Araheza atora abatutsi babiri n’abahutu babiri, baja aho, ukw ari bane. Atora kandi ...
BCU Kirundi App on your mobile device

New: Download & install