<   swipe next   >
Vocabulary of the day
do you know ubumenyi ?
none urarizi botanique ?
Humor
 Ifundi itembanywe n'umuvo iti ndi ku mirimo y'ibwami iyo bandoresha sinanka!
Proverb of the day
Ico uri burye ntimwiruka.
Umugani: Igihugu
 Gihugu cacu turagukunda. Tur'abana bawe, utwizigire. Tuzama tugukunda. Tuzogukorera n'amaboko yacu, kugira ngo ntusigare inyuma. Nuk'uhangare mu butunzi buva ...
BCU Kirundi App on your mobile device

New: Download & install