<   swipe next   >
Vocabulary of the day
learn now umwambukira
kwiga none wanderer
Humor
 Umukecuru yasinziriye yasamye, imbeba imuta amasyegege mu kanwa ati igihe c'ukurya umwaka cageze!
Proverb of the day
Umuhini mushasha utera amabavu.
Learn with the Bibiliya Yera
Ariko umuntu wese witondera ijambo rye, urukundo akunda Imana ruba rumaze gutunganirizwa rwose muri we. Ico ni co kitumenyesha ko turi muri we, But whoever keeps his word, God's love has most certainly been perfected in him. This is how we know that we are in him:
BCU Kirundi App on your mobile device

New: Download & install