<   swipe next   >
Vocabulary of the day
do you know kuronka ?
none urarizi aquire ?
Humor
 Imbaragasa yimye mu gitondo hanyuma ibarira umugabo iti nunshakire ingovyi y'umwana ngira ngo mvyare!
Learn Kirundi with Music & Lyrics
  "Kubandiho"
by Parfaite Ineza
Ntivyari vyitezwe Kuhaguruka Hagati mugacerere Atanumwe yabonetse Wogucungur'abantu Uravuga ngo Nab'ari jewe Mb'ikimazi co gucungura isi Ntivyari vyitezwe Kuba ndiho Vyose nikubwawe Kuba...
Umugani: Icete c'akarorero
Ndakurungikiye iki cete kugira ngo nkwiganire neza ivyo dukora mw ishuri n’ibindi bimwe-bimwe bir’ino. Umwigisha wacu atwigisha kwandika neza ...
BCU Kirundi App on your mobile device

New: Download & install