<   swipe next   >
Vocabulary of the day
learn now umutoza
none urarizi tax collector ?
Humor
 Ikivumbura bagisekuye urubando mu rutwariro hanyuma naco kiravuga kiti imyaka itaha ukundi! Ako kabi jewe kuva aho nakavukiye sinari bwakabone!
Learn Kirundi with Music & Lyrics
  "Imigambi"
by Redemption Voice
Muminsi mibi Nari nihevye Abansi bankikuje Ivyanje vyari biheze Maze uramfata Unyonger’inkomezi Mugishingo c’urupfu Unyongera ubuzima Eh’imigambi imfitiye ...
Learn with the Bibiliya Yera
Nuko rero umuntu niyiyeza akitandukanya n’ibidatunganye, azaba abaye ikintu co gukoreshwa ivy’icubahiro cejejwe, kigirira nyiraco umumaro kandi catunganirijwe imirimo myiza yose. If anyone therefore purges himself from these, he will be a vessel for honor, sanctified, and suitable for the master's use, prepared for every good work.
BCU Kirundi App on your mobile device

New: Download & install