umuzi (imi-)  2     root
 umuzi : Prefixless Present 2. pers. sing. with 1.class 3.pers. sg. object of:
-zi  v     to know (verb without infinitive or past)
umuzigo (imi-)  2     1. bundle, package, packet, 2. load, burden
umuziki (imi-)  2     music
umuzimu (imi-)  2     spirit, ghost
umuziro (imi-)  2     1. prohibition, 2. wrong done deserving punishment
umuzingi (imi-)  2     circle
umuzīngo (imi-)  2     hem, fold, roll
umuzimbura (aba-)  1     member of the Abazimbura lineage of drummers
umuzitanya (imi-)  2     great darkness
umuzimagiza (imi-)  2     great darkness
bundle    umuzigo
(esp. dead person wrapped for carrying) ikigagara
(of grass or grain) umukama
(of sticks, rope) umugānda
(to tie up a ~) gutēkera
(clothes) ibaro
burden    umutwāro, umuzigo
(to lay down ~) gutūra
circle    imburūngu, umuzingi
(of people) urukīnja
(to) guca umuzingi
(to form ~) kuziguza
(to form ~ by holding hands) gufatana urunana
darkness    umwījima, umwīza
(great) umuzimagiza, umuzitanya
(in daytime) ubwīrakabiri
fold    umupfunyu, umuzīngo
(for sheep) uruhongere
(to ~) gukuba, gukubiranya, gupfunya, kuzīnga
(~ hands together) gufumbata
ghost    umuzimu, igikānge
hem    umubarīro, umusōzo, umukūnjo, umuzīngo
load    umutwāro, umuzigo
(to cause another to put down) gutūza
(to give someone a heavy ~) kuremēka
(to lighten) kuremurura
(to remove ~ from head) gutūra, gutūnda
misdeed    umuziro
package    uruboho, umuzigo
(of goods) ipaki
(small) itu
prohibition    umuziro
roll    umuzīngo
(of church members) itōrero
(to roll, vi) gutembagara
(about, vt) kujegeza
(about on ground, vi) kuvurūnga, kwītēmbagaza
(along) gusegenyeza, gusegenyēsha
(over) gutēmbagaza
(up) gukuba,
(vt) kuzīnga
(up several times) kuzīngazīnga
(up, vi) kwīzingīra
(up, a skin that's been wet, vi) gukōba
root    umuzi, igishitsi
(of word) itsina
(to pull out by roots) kurandura, gusitura, kumomora
spirit    igihūme, impwēmu, umuzimu
(Holy Spirit) Mpwemu Mweranda, Mpwemu Yera
(nature spirit) imbāndwa
(of person) umushaha
(to chase away or drive out evil ~) gusēnda
(to offer to ~) guterekēra
(~ worship) ubuzimuzimu
strip    (leaves from tree or stick) gukōkōra
(one of his clothing) gukoba, gukākagura
(cloth) igitabu c'impuzu
(paper) umuzingo
violation    (wrong done which deserves punishment) umuziro
wrong    (done which deserves punishment) umuziro
(to be ~ end to) gucurika
(to be placed ~ end to) gucurama
(to drop out of something because you know you're in the ~) kwōnjorora
(to try to hinder from doing ~) guhōyahōya
(~ side of cloth) uruhande rubi rw'impuzu
baggage    umuzigo
(suitcase) ivarise
music    umuziki