umukuku (imi-)  2     1. ditch, trench, ravine, 2. line, row (of people or animals), 3. herd of animals (tame or wild)
ditch    umufunegi, umufuregi, umukuku, umuvo
herd    isho, ubusho
(of animals) umukuku
(of sheep) urwūri
line    umurōngo
(of people, animals, etc.) umuhururu, umukuku
(typographical) umukwēgo, agakwego
(to ~ up, vi) gutōnda
(to ~ up, vt) gutōndēsha, gutōndekanya
(to march in a ~) gutōndekana
(to ~ up workers) kurārika
ravine    imānga, ikimānga, umukuku
row    umuhururu, umurōngo
(of people or animals) umukuku
trench    umufunegi, umufuregi, umukuku