umuhizi (aba-)     1  class 1
singular: umu-
plural: aba-
  
1. handsome or skilled person, 2. courageous person
courageous person   umuhizi, intwāri
En-En dictionary 
skilled    inkerebutsi
(person) umuhānga, umuhīnga, umuhizi, umugesera, umufūndi (Sw.), umuntu w'inkuba
En-En dictionary 
handsome    -īza
(person) umuhizi
En-En dictionary 
person    umuntu
(bad) umubi
(Black or African) umwirabura
(cross) ibāmba
(courageous) intwāri
(dedicated to Kiranga) igihwēba, igishegu
(dishonest) igihūmbu
(elderly) umusāza
(fearful) igihumura
(from far away) umunyankīko
(good, kind, just, holy, righteous) umwerānda
(grammar, ~ of verb) umuvugwa
(handsome) umuhizi
(hard to get along with) ikigoryi
(harsh) umuhāmbāzi
(honest, speaking truth) imvugakuri, umunyakuri
(honorable) umupfāsoni
(kind and charitable) umukūndanyi
(lovable) umunyagikūndiro
(malformed) ikirema
(mean and quarrelsome) ikijōra
(meek) umugwanēza
(merciful) umunyembabazi
(miserable) umugōrwa
(of high rank, noble character) umupfāsoni
(of nice disposition) ikirende
(one by himself) inyakamwe
(sharp) inkazi
(skillful) umuntu w'inkuba, umugesera
(strong) umunyenkomezi
(stubborn) intakonywa, intābwīrwa
(tall, fat) ikigwīnyīra
(weak) umugoyigoyi, urudēndevu
(white) umuzungu, umwera
(who is great, severe, wise) akaranda
(with many children) umurēngera
(worthy of praise or love) umunyagikūndiro
En-En dictionary