umugina (imi-)  2     1. light yellow, 2. reddish, 3. white ant hill
ant    (flying, edible) iswa
(pincher) intozi, urutozi
(soldier) uburima
(sugar) ikinywabūki
(tiny) ubunyegeri, urunyegeri
(white) umuswa
(white ~ hill) umugina
brown    (to ~ food) guhindukiza mu mavuta
(colour) c'inzobe, c'umugina, c'akaga, ibihogo
(light ~) akagājo, umuyēnzi
colour    irāngi
(black) umukata, umufyiri, agafyīri,
(very) umuvyiro
(black mud) urushānga
(blue) ubururu
(brown) ibihogo
(brown, light) akagājo, umuyēnzi
(brownish black cow) ikirāyi
(gray) -vivi, agahīza, akavūzo, uruvūzo
(green) akātsi gatoto
(orange) umutugutu
(red, like mud) agahama
(tan hair, of goats) umufūmbere
(very white) derere
(yellow) umuhōndo, umutugutu
(yellow, dark) ibihogo
(yellow, light, reddish) umugina
(to be black) kwīrabura
(to be white) kwēra
(to become yellow or reddish, in ripening) kubēnja
(to colour) kuraba
(to ~ in) gusiga amabara
(to change ~, fade) kubēnjūka, kubēngūka
hill    umusozi, umudūgo, umutumba
(brow of) igikombe
(of earth, to plant in) iburi
(slope of) inkūka, akamanuko, umurwa
(top of) impīnga
(little hills) ubutumba
(very big ~) igisozi
(white ant hill) umugina
insect    igikōko, agakōko
(many small) ubukōko
(ant, flying, edible) iswa
(ant, pincher) intozi, urutozi
(ant, soldier) uburima
(ant, sugar) ikinywabūki
(ant, tiny) ubunyegeri
(ant, white) umuswa
(ant hill, white) umugina
(bedbug) igiheri, igihere
(bee) uruyūki
(bee, carpenter) imvūndēri
(bug) agasīmba
(bumblebee) impingwe
(butterfly) ikinyungunyungu, ikinyugunyugu
(centipede, small) inyōngōri
(chigoe flea) imvūnja, ivūnja
(cicada) ijeri
(cockroach) inyēnzi
(fly, big, tsetse) ikibugu
(fly, house) isāzi
(flea) imbaragasa
(gnat) agatūku, ubutūku
(grasshopper) uruhige, agahōri, igihōri
(jigger) imvūnja, ivūnja
(locust) uruyige
(louse) inda
(mosquito) umubu
(moth) ikinyungunyungu
(tick) inyōndwi, inyōndwe
(tick that causes recurrent fever) igitangu
(tiny ~ in eye) akanyarira jisho
(wasp) ivūbi
(to sting or bite) gusurira
reddish    umugina, urugina
(to become, fruits) kubēnja
yellow    umuhōndo, umugina, umutugutu
(dark) ibihogo
(of egg) umutugutu
(to become ~) kubēnja
(to become yellowish) kubēnjūka