umufumbēre (imi-)     2     tan hair (e.g. of goats)
colour    irāngi
(black) umukata, umufyiri, agafyīri,
(very) umuvyiro
(black mud) urushānga
(blue) ubururu
(brown) ibihogo
(brown, light) akagājo, umuyēnzi
(brownish black cow) ikirāyi
(gray) -vivi, agahīza, akavūzo, uruvūzo
(green) akātsi gatoto
(orange) umutugutu
(red, like mud) agahama
(tan hair, of goats) umufūmbere
(very white) derere
(yellow) umuhōndo, umutugutu
(yellow, dark) ibihogo
(yellow, light, reddish) umugina
(to be black) kwīrabura
(to be white) kwēra
(to become yellow or reddish, in ripening) kubēnja
(to colour) kuraba
(to ~ in) gusiga amabara
(to change ~, fade) kubēnjūka, kubēngūka
En-En dictionary 
hair    (of baby) imvanda
(bit on top of head) isūnzu
(of human head) umushatsi
(except of human head) ubwōya
(one) urwōya
(pubic) inzya
(hair line) amasoso
(long with mud in it) ubusage
(tan in color, goats) umufumbēre
(white from old age) imvi, uruvi
(to cut) kumwa
(to dampen before cutting) kuvubika
(to have long) guhīmbira
(to have shaved off) kwīkemūra
(to let grow long) gutongoza
En-En dictionary 
tan    (hides) guhara, guhaza
(color) umuyēnzi
(goats' hair) umufumbēre
En-En dictionary