ukwēzi (am-)     9  class 9
singular: uku-
plural: ama-
  
1. moon, 2. month, 3. cycle
April    ukwēzi kwa kane, Ndamukiza, Kabozambuba
En-En dictionary 
August    ukwēzi kwa munani, Myandagaro
En-En dictionary 
December    ukwēzi kw'icumi na kabiri, Kigarama
En-En dictionary 
February    ukwēzi kwa kabiri, Nyamagoma, Ruhuhuma
En-En dictionary 
January    ukwēzi kwa mbere, Nzero
En-En dictionary 
July    ukwēzi kwa ndwi (or, kw'indwi), Mukakaro
En-En dictionary 
June    ukwēzi kwa gatandatu, Rwirabura, Kiyumpu
En-En dictionary 
March    ukwēzi kwa gatatu, Ntwarante
En-En dictionary 
May    (month) ukwēzi kwa gatanu, Rusama
(month of heavy rains) urushāna
En-En dictionary 
month    ukwēzi
(January) ukwezi kwa mbere, Nzero
(February) ukwezi kwa kabiri, Nyamagoma, Ruhuhuma
(March) ukwezi kwa gatatu, Ntwarante
(April) ukwezi kwa kane, Ndamukiza, Kabozambuba
(May) ukwezi kwa gatanu, Rusama
(June) ukwezi kwa gatandatu, Rwirabura, Kiyumpu
(July) ukwezi kwa ndwi, Mukakaro
(August) ukwezi kwa munani, Myandagaro
(September) ukwezi kwa cenda, Nyakanga
(October) ukwezi kwa cumi, Gitugutu
(November) ukwezi kwa cumi na rimwe, Munyonyo
(December) ukwezi kwa cumi na kabiri, Kigarama
En-En dictionary 
moon    ukwēzi
(name of) Nzero
(to wane) gutūba
(to wax) gutūbūka
En-En dictionary 
November    ukwēzi kwa cumi na rimwe (or, kw'icumi na rimwe) Munyonyo
En-En dictionary 
October    ukwēzi kwa cumi (or, kw'icumi), Gitugutu
En-En dictionary 
September    ukwēzi kwa cēnda (kw'icēnda), Nyakanga
En-En dictionary 
cycle    ukwēzi
En-En dictionary 
 ukwezi found in: Kirundi I (Study lessons)
lesson 32   Class 9 uku–, ama–
lesson 125   Review 111 - 124
 ukwezi found in: Imigani (tales)
Umugani 46   Umwunabo bo n'ukwimika
 ukwezi found in: Music & Lyrics
Music    Mbeg' Urukundo