ubwēnge     8  class 8
singular: ubu-
  
(no pl.) 1. wisdom, 2. knowledge, knowhow, 3. sense, 4. intelligence, 5. intellect, 6. consciousness
kugira ubwēnge (-gize)   phr    to be clever, intelligent, smart
kuvūmbura (-vūmbuye)   v    1. to have natural intelligence (yavumbuye ubwenge), 2. to pick up droppings of animals and put them in garden
intelligence    ubuhanga, ubwēnge, ubuhīnga
(to have natural ~) kuvūmbura
(e.g. yavūmbuye ubwēnge)
En-En dictionary 
intelligent    (to be) gukerebuka, kugira ubwēnge
En-En dictionary 
knowledge    ubwēnge, inkenuzo, ubumenyi, ukumenyēra
En-En dictionary 
sense    ubwēnge
(to ~) kwūmva
En-En dictionary 
wisdom    ubwēnge
En-En dictionary 
intellect    ubwēnge
En-En dictionary 
consciousness    ubwēnge
(to regain ~) kurabūka
En-En dictionary 
clever    (to be) kugira ubwēnge
En-En dictionary 
 ubwenge found in: Kirundi I (Study lessons)
lesson 27   Class 8 ubu–, ama–
 ubwenge found in: Kirundi II (Grammar)
chapter 54   Comparisons
 ubwenge found in: Imigani (tales)
Umugani 17   Igihugu
 ubwenge found in: Imyibutsa (proverbs)
Umwibutsa 15   Ivya gusa bitera ubwenge...
Umwibutsa 42   Ubwenge burarahurwa...
Umwibutsa 362   Ubwenge bwinshi bwenga mango....
Umwibutsa 363   Ubwenge bw'umwe ni isaho...
Umwibutsa 364   Ubwenge bukama ishashi. ...
Umwibutsa 365   Ubwenge buje mu nyuma...
Umwibutsa 366   Ubwenge mu ndya burazituvya....
Umwibutsa 367   Ubwenge sibwo bugingo,umupfumu ntiyopfuye....
Umwibutsa 368   Ubwenge burarahurwa. ...
Umwibutsa 369   Ubwenge buva imuhana. ...