uburyo     8  class 8
singular: ubu-
  
(no pl.) right hand or side, opportunity, occasion, manner
uburyōhe     8  class 8
singular: ubu-
  
(no pl.) flavor, deliciousness
boiled egg   uburyo bwo guteka irigi mu mazi ntirishe nēza
En-En dictionary 
broiled meat   uburyo bwo kwotsa
En-En dictionary 
deliciousness    uburyōhe
En-En dictionary 
egg    irigi, igi
(boiled) uburyo bwo guteka irigi mu mazi ntirishe nēza
(fried) ijisho ry'irigi
(hard-boiled) irigi ritetse mu mazi
(shell) ikibarara
(tiny) ubugi
(to lay ~) guta amagi
En-En dictionary 
flavor    icānga, uburyōhe, ubusōse, akanovera
(thing with good ~) igisōsa
(to be of the ~ of) gusōsera
(to have good ~) gusōsa
En-En dictionary 
grilled meat   uburyo bwo kwotsa
En-En dictionary 
manner    uburyo
En-En dictionary 
occasion    uburyo
En-En dictionary 
opportunity    umwānya, uburyo
(to lack ~ to say what you intended) kujanirana, kujaniranwa
En-En dictionary 
right    (hand, side) uburyo, ukuryo, iburyo
(~ arm) ukuboko kw'iburyo, ukuboko kw'ukuryo
(all right) niko, ni ko, n'ūko, sawa
(right now) non'aha, ubu nyene
(to be) kugororoka
(to become ~ side up) kwūburuka
(to turn ~ side up) kwūburura, gucurūra
(~ side of cloth) uruhande rwiza rw'impuzu
(to put ~) gutūngānya
En-En dictionary 
ventilation    uburyo bwo gutanga akayaga keza
En-En dictionary 
 uburyo found in: Kirundi I (Study lessons)
lesson 28   Class 8 ubu–, ama– (continued)
lesson 65   –o with the Infinitive
 uburyo found in: Kirundi II (Grammar)
chapter 15   –ribu– Tenses