uburire  8     rheum (certain kind of illness of eyes)
conjunctivitis    ubwoko bw'indwara y'amaso yandukira
(certain kind) uburire
disease    indwāra
(AIDS) sida
(billharcia) birariziyoze
(boil, abscess) igihute
(burn) ubushe
(bronchitis) indwara yo mu mahaha
(chicken pox) ibihara, agasāma
(diarrhea) ugucibwamwo, uguhitwa, ugucisha epfo
(elephantiasis) imisozi
(epilepsy) intandara
(eyes: certain kind of conjunctivitis) uburire
(fever) inyonko
(goiter) umwīngo
(gonorrhea) igisokoro
(leprosy) imibēmbe
(malaria) marariya, inyonko
(meningitis) umugiga
(mole) isunūnu
(mumps) amasambambwika
(pleurisy) umusōnga
(pneumonia) umusōnga
(recurrent fever) kimputo (Sw.)
(rheum, disease of eyes) ururire
(rheumatism) amakonyera, imisozi, imikuku
(smallpox) akarānda
(sore, little) akarōnda
(syphilis) agashāngāra
(tick fever) kimputo (Sw.)
(typhus) tifusi
(tuberculosis) igitūntu, agatūntu
(ulcer) igikomere
(ulcer, bad) igisebe
(ulcer, pain from tropical) igitema
(wart) isunūnu, intongāngira
(whooping cough) akānira, inkorora y'akanira
(yaws) ibinyoro
(cause of ~ something supposed to be in person making him sick) ibitēga
(person sick with wasting ~) umunywera
(to be a contagious ~) kwāndukira
(to catch contagious ~) kwāndura, kwāndukirwa
(to transmit) kwāndukiza
(to have an incurable ~) kugīrīra
(to improve, begin to feel better) gutenzukirwa
eye    ijīsho
(to close one's eyes) guhumiriza
(to cut ~ out) kunogora
(to fall into, or hurt) gutosekaza
(to get something in) gutosekara
(to make another close his) kwūnamika
(top open) gukanura
(to open ~ of another) guhumūra
(to remove foreign body from ~) gutosōra
(to wash in one's ~) kwīhumūra
(foreign body in) igitotsi
(matter in) ibikaragāshi
('sand', esp. a certain type of conjunctivitis) uburire
('sand' on awakening) ibirashi
(tiny insect in) akanyarira jisho