kwūngura (-ūnguye)   v    1. to multiply (vt), 2. to increase (vt), 3. to cause to make profit
amplify    (sound) kwongeza ijwi, kwungura ijwi
En-En dictionary 
increase    (vi) kugisha, gukakama, gutūbūka, kwūnguka
(vt) kwongera, kwūngura
En-En dictionary 
multiply    (vi) kugwīra, gusagāra
(vt) kugwīza, gucimbataza, kwūngura
(because of having fed well, cows) kugisha
(rapidly, as insects) kujagata
(rapidly) kurōndōka
(as seeds, cows, etc.) kurondōra
En-En dictionary 
profit    amamaro, inyungu, imāri
(not financial) ikimazi
(to ~) guhōmbōka, kumarira
(to make) kwūnguka, kwūngura
(to make no ~) guhōmba
En-En dictionary