kwōza (-ōgeje)     v    to wash (not body), to clean (vt)
 kwoza : Present Conditional 9.class sing. of:
za (-je)   v    to come
dish    isahāne, isahāni
(meal) ivyokurya
(pyrex) ikirahuri gikomeye bakoramwo ibikoresho vyo mu gikōni
(to ~ up food) kwārura
(to do the ~es) kwoza ivyombo
En-En dictionary 
do    (to) kugira, gukora
(again) kwongera
(always) kwāma, guhora
(anyhow, in spite of) gupfa
(continually) kwāma, guhora
(the dishes) kwoza ivyombo
(even more) kurushiriza
(first) kubānza, gushūza
(forcefully) kwīhanukīra
(habitually) kumēnyera
(have too much to ~) kurēngerana
(the impossible) gufyidikīra
(~-it-yourself) ukugira utugenegene
(housework) kugora
(one's duty) gushimika
(quickly) gukwākwānya, gushōka, gusobaganya, gusūriranya, gutebūtsa
(quickly and carelessly) kuraha
(quickly without thinking) gusimbagurika
(~ not) -ōye (verb without infinitive)
(reluctantly) kwīyumānganya
(a sloppy job) kurēngagiza
(something alone) kwīgūnga
(something by oneself without authority) kwigenera
(something that causes pleasure or amazement) gusamāza
(that which you declared you would not ~) kwīrahuruza
(two things at once) kubāngikanya
(unwillingly) kugoyagoya
(unwillingly and complainingly) kunyinkira
(the washing up) kwoza ivyombo
En-En dictionary 
wash    kwōza
(esp. body) gukēmūra, kwūhagira
(clothes) kumesa, kumesūra
(hands) gukaraba
(legs, esp.) kwīyoga
(in lots of water) gufyikinyura, kwīfyikinyura
(in one's eyes) kwīhumūra
(oneself) kwōga, kwīyuhagira, kwīsukura
(vegetables) kurōnga
(very thoroughly) gufyikinyura
En-En dictionary 
 kwoza found in: Kirundi I (Study lessons)
lesson 107   Associative Verbs
 kwoza found in: Imigani (tales)
Umugani 35   Umukamyi
Umugani 36   Umusuku