kwīyumānganya (-nije)     v     1. to be reserved, 2. be unwilling to commit oneself, 3. suffer pain without complaint, be stoical, 4. to go or do reluctantly
commit    (adultery) gusāmbana
(a crime) gucumura
(be unwilling to ~ oneself) kwīyumānganya
(oneself) kuragana
(suicide) kwīgaragura, kwīyahura, kwīyica
En-En dictionary 
do    (to) kugira, gukora
(again) kwongera
(always) kwāma, guhora
(anyhow, in spite of) gupfa
(continually) kwāma, guhora
(the dishes) kwoza ivyombo
(even more) kurushiriza
(first) kubānza, gushūza
(forcefully) kwīhanukīra
(habitually) kumēnyera
(have too much to ~) kurēngerana
(the impossible) gufyidikīra
(~-it-yourself) ukugira utugenegene
(housework) kugora
(one's duty) gushimika
(quickly) gukwākwānya, gushōka, gusobaganya, gusūriranya, gutebūtsa
(quickly and carelessly) kuraha
(quickly without thinking) gusimbagurika
(~ not) -ōye (verb without infinitive)
(reluctantly) kwīyumānganya
(a sloppy job) kurēngagiza
(something alone) kwīgūnga
(something by oneself without authority) kwigenera
(something that causes pleasure or amazement) gusamāza
(that which you declared you would not ~) kwīrahuruza
(two things at once) kubāngikanya
(unwillingly) kugoyagoya
(unwillingly and complainingly) kunyinkira
(the washing up) kwoza ivyombo
En-En dictionary 
go    kugenda, kwigira, kuja
(after) kugīra
(ahead a little) kwūnguruza
(all through a house) kuvōgera
(around) kuzunguruka, gukīkira, gukīkuza, kuzīngūka
(around difficulty) kuzunguruka umutego, gukikuza umutego
(around 'Robinhood's barn') gukingitiranya
(aside with someone to talk privately) kwīkebukana
(astray) kuzimira
(away secretly) kwīdohōra
(back and forth) kunyura
(back on what he said, make one) kurahuruza
(backward) kwītūtānya, kugēnda umugōngo
(backward inadvertently) gufūtānya
(beyond) kurēnga
(by car) kugēnda n'umuduga
(by boat) kugēnda n'ubwato
(by land rather than cross river or lake) guca i musozi
(carefully not knowing path) kwātīra
(elsewhere) kugerēra
(everywhere) gukwiragirana, guhetūra
(far away) kwāmbuka, guhaba
(for food) gusuma
(forward) gutēra imbere
(forward little by little) kwūngururuza, kwūnguruza
(forward steadily) kuramiriza
(for a walk) kugēndagēnda
(from one thing to another) kurārāta
(from place to place) kunyuragiza, kuyugayuga
(gaily) kudayadaya
(here and there, child) kurērēta
(home) gutāha, kuganūka
(home from work) kugodoka
(home, of wife when angry) kugēnda buje
(into danger without regard to oneself) kwīroha
(let's go!) hoji, hogi, tugende
(naked) gufurama, kugēnda amēnya, kugēnda gusa
(on tiptoe) kuyōmbōka
(out, fire, light) kuzima
(out to a certain place) gusokoroka
(outside) gusohoka
(to prepare to go) kwīkora
(quietly) kuyōmbōka
(rapidly) gukinagira
(reluctantly) kwīyumānganya
(right in path, animal) gutōta
(round) gukikuza
(secretly because of fear) kwōmba
(seperate ways) gutāna
(slowly) kugoyagoya
(slowly, of convalescent) kwāndāra
(softly) kuyōmbōka
(steadily forward) kuramiriza
(stealthily) kunyobanyoba, kwiyombayomba, kuyombayomba
(straight forward) gutūmbereza
(through a narrow pass) kunyegētera
(to bed) kuryāma
(to chief or superior for something) kwītwāra, gushengera, gushengerera
(to find food) gusuma
(to help another in his work) gusāsīra
(to meal uninvited) kwigemagema
(to meet) gusanganira, gutegēra
(together to produce food for guests) gutērēra
(together to see, crowd) gukōndōrera
(toward) kurora, kwerekera, kwerekeza
(uncertain of the way) guhushagirika
(uncertainly) kudāguza
(up, as hill) kudūga
(up in smoke) gupfūnduka
(walking, esp. at night) kwīkanya
(to wedding) gutāha ubukwe
(well, to cause to ~) kugēnza
(with) kwāmbukana, kujāna
En-En dictionary 
pain    igisigo, umubabaro, ububabare
(sharp) umusōnga
(to get relief from) kwōroherwa
(to grit one's teeth to avoid showing) gushinyanga, gushinyiriza
(to have) kubabara
(to have severe) kurībwa
(to suffer) gucumukura
(to suffer without complaint) kwīyumānganya
(to take pains with) kwītōndera
En-En dictionary 
reluctantly    (to go, to do) kwīyumānganya
En-En dictionary 
reserved    (to be) kwīrengagiza, kwīyumānganya
En-En dictionary 
stoical    (to be) kwīyumānganya
En-En dictionary 
suffer    kubabara, gucumukura
(because of certain thing) kuzira
(much) gusinzikara
(pain without complaint) kwīyumānganya
(to cause to) kubabaza, gusinzikaza
En-En dictionary 
unwilling    (be ~ to commit oneself) kwīyumānganya
(be ~ to look one in the face) kwīyobagiza
En-En dictionary