kwīhonga (-nze)     v     to pay bribe to win one's case
bribe    ikibuguro, igihōngo, impongano
(to ~) guhōnga, guhōngera
(to pay ~ to win one's case) kwīhōnga
pay    (to ~) gutānga, guhēmba
(bribe to win one's case) kwihonga
(debt) kwīshura
(dowry) gukwa
(for work done) guhēmba
(fee) kubugura
(homage to) guhōngera, gushengera, gushengerera
(no attention to) gusamāra, gutimba
(salary) kugerera
(money into account) kubika amahera
(to make up for wrong doing) kwīcungura