kwārika (-tse)     v     to make a nest
make    kugira, kurema
(afraid) gutēra ubwōba
(a bed) gusāsa
(blunt) gufyīta
(bread) gucūmba
(clean) guhumānura
(clear, cause to understand) gutegereza
(crooked) kugoreka
(drunk) kuborēra
(effort) kwāndāra
(empty) kugaragaza
(equal in length or height) kurēsha
(excuses) kudendekanya, kudendekeranya, kuzāngazānga
(face over something that tastes bad) kunyinyirwa
(a fire) gucāna, gukongereza
(firm) kugumya
(fun of) kunegura
(fun of, esp. someone in trouble) kwīshinyira
(fun of, by recalling the good he has lost) gucurīra
(good) kuryōsha
(hedge) kuzitira
(hard for one who has lost a loved one, by reproaching the dead) kwītāmba ku muvyimba
(known) kwāndagaza, kwātura, kumenyēsha, kwāngāza, kwerura, kurānga, gukwīza, gukwīragiza, kwāmāmaza, guhishūra, guserura
(laugh, one that makes others laugh) akagūgu
(level) gusēna
(narrow) kwāza
(nest) kwārika
(noise, big) kwāsana, gusāma, kubomborana, kubugiriza
(oneself) kwīgīra
(others like you) kwīkūndiriza
(peace) kubangūranya
(perfect) gutūngānya, kwūzuza, kuroraniriza
(place) kubisa
(place for one another to pass) kubisīkanya
(progress) gutēra imbere, kuyoboza
(reparations) guhōnga, guhōngera
(restitution) kuriha
(sacrifice) gushikana
(sign) kugereraniriza
(smooth) gusēna
(straight) kugorōra, kurorānya
(tired) kurusha
(vow) gushīnga
(watering place) kugomera
(white) kwēza
nest    icāri
(to make) kwārika