kuzimanganya (-zimanganije)   v    to erase, hide, conceal
conceal    guhisha, kunyegeza, kuzimanganya
En-En dictionary 
erase    gufuta, gusibūra, kuzimanganya
En-En dictionary 
hide    (vi) gufuba, kwinyegeza, kwīhisha, kunyegera
(vt) guhisha, kunyegeza, kuzimanganya
(and wait for hunter, of animal) kuguba
(behind) kwīkīnga
(in a corner) kwīyagiriza
(oneself) kubūndabūnda
(one's thoughts) gufobeka
(the truth) kwiyobagiza
(to have nothing to ~) gutobora
En-En dictionary