kuzanzamuka (-zanzamutse)   v    to jump in surprise or when awakened
jump    (to) gusīmba, gusimbagurika
(about) gukinagira
(from above) gushunguruka
(in one's sleep) guhahamuka, kurandamuka
(in surpise) guhahabuka
(in surprise or when awakened) kuzanzamuka, gukanguka
(up and run quickly) kwūbuka
(when stung or bitten) gushikurwa
(with fear, heart) guhahama
En-En dictionary 
surprise    (to) kujegeza, kujorera, gutangāza
(to be taken by) gufata mpiri
(to jump in) guhababuka, kuzanzamuka
En-En dictionary