kuyāngika (-yāngitse)   v    to head up (of grains)
head    umutwe
(cold in) agahiri, akamango
(of grain) umuhānyu
(pad, when carrying load) ingata, urugata
(to head up, grain) kubogeka, guhaga, kuyāngika
(to head up, cabbage) gufumbata
(to bow one's) kwūnama
(to carry on) kwīremēka, kwīkorera
(to lift up) kuraramuka
(to lose one's) gucika ivutu, kuzimagirika
(to raise one's) kwūnamūka, kwūnamūra, kurāngamīza
(to remove load from) gutūra
(to shake one's ~ in anger or disgust) kuzūnguza umutwe
(to tip back) kurarama
(to tip to one side) guhengama
(to turn one's) gukebuka
En-En dictionary