kurora (-ye)  v     1. to look at, 2. to go toward
kurorana (-nye)  v     to look at each other
kurorānya (-nije)  v     to make straight, put in order, to arrange properly, to place facing each other
kuroranirwa (-niwe)  v     1. to be fortunate, be lucky, 2. to have a lot (may be even a lot of debts or trouble)
kuroraniriza (-je)  v     to prepare, make perfect
arrange    gutūmbereza
(according to length, height) gusūmbanya
(properly) kurorānya
(place in order) kuringaniza
En-En dictionary 
fortunate    (person) umuhīrwe
(to be) gucuna, guhīrwa, kuroranirwa
En-En dictionary 
go    kugenda, kwigira, kuja
(after) kugīra
(ahead a little) kwūnguruza
(all through a house) kuvōgera
(around) kuzunguruka, gukīkira, gukīkuza, kuzīngūka
(around difficulty) kuzunguruka umutego, gukikuza umutego
(around 'Robinhood's barn') gukingitiranya
(aside with someone to talk privately) kwīkebukana
(astray) kuzimira
(away secretly) kwīdohōra
(back and forth) kunyura
(back on what he said, make one) kurahuruza
(backward) kwītūtānya, kugēnda umugōngo
(backward inadvertently) gufūtānya
(beyond) kurēnga
(by car) kugēnda n'umuduga
(by boat) kugēnda n'ubwato
(by land rather than cross river or lake) guca i musozi
(carefully not knowing path) kwātīra
(elsewhere) kugerēra
(everywhere) gukwiragirana, guhetūra
(far away) kwāmbuka, guhaba
(for food) gusuma
(forward) gutēra imbere
(forward little by little) kwūngururuza, kwūnguruza
(forward steadily) kuramiriza
(for a walk) kugēndagēnda
(from one thing to another) kurārāta
(from place to place) kunyuragiza, kuyugayuga
(gaily) kudayadaya
(here and there, child) kurērēta
(home) gutāha, kuganūka
(home from work) kugodoka
(home, of wife when angry) kugēnda buje
(into danger without regard to oneself) kwīroha
(let's go!) hoji, hogi, tugende
(naked) gufurama, kugēnda amēnya, kugēnda gusa
(on tiptoe) kuyōmbōka
(out, fire, light) kuzima
(out to a certain place) gusokoroka
(outside) gusohoka
(to prepare to go) kwīkora
(quietly) kuyōmbōka
(rapidly) gukinagira
(reluctantly) kwīyumānganya
(right in path, animal) gutōta
(round) gukikuza
(secretly because of fear) kwōmba
(seperate ways) gutāna
(slowly) kugoyagoya
(slowly, of convalescent) kwāndāra
(softly) kuyōmbōka
(steadily forward) kuramiriza
(stealthily) kunyobanyoba, kwiyombayomba, kuyombayomba
(straight forward) gutūmbereza
(through a narrow pass) kunyegētera
(to bed) kuryāma
(to chief or superior for something) kwītwāra, gushengera, gushengerera
(to find food) gusuma
(to help another in his work) gusāsīra
(to meal uninvited) kwigemagema
(to meet) gusanganira, gutegēra
(together to produce food for guests) gutērēra
(together to see, crowd) gukōndōrera
(toward) kurora, kwerekera, kwerekeza
(uncertain of the way) guhushagirika
(uncertainly) kudāguza
(up, as hill) kudūga
(up in smoke) gupfūnduka
(walking, esp. at night) kwīkanya
(to wedding) gutāha ubukwe
(well, to cause to ~) kugēnza
(with) kwāmbukana, kujāna
En-En dictionary 
have    –fise, kugira, gutūnga
(absolutely all one wants, and to be a bit showy about it) kunyananyaya
(abundance) kudibama, guhīmba
(always) guhorana
(bad habits, having had good) gufūtāna
(diarrhea) gucībwamwo, guhitwa, kudodomwa, kwīruka, gushuruza
(done recently) guherūka
(fellowship) gufatanya
(fellowship with) gucudika
(fever) kurwara inyonko
(for) –fitiye
(friendhsip with) gucudika
(holes from rust) kunyengetērwa
(much, may be even lots of debts or trouble) kuroranirwa
(pain) kubabara
(sex) kuryamana, kwenda, kurongorana, kurya umwana
(sloping sides, like soup dish) gufukūra
(speech impediment) kugobwa
(things in common) kubūngirana
(to ~ to) kurīnda, –kwīye
En-En dictionary 
look    (evil) igitsūre
(all about) kuraraguza
(around on all sides) kweraguza, gukebaguza
(at) kurāba, kurereka, kurora, kwirora
(at carefully) guhwēba, kwīhwēza
(at hastily) kurangaguza
(at in wonder) gusamāra
(at intently) kwīhwēza, kwītegereza
(look at me!) kundāba
(at one thing after another, many things) kurābarāba
(at oneself) kwīrāba
(at repeatedly) gukanaguza
(at without paying attention) gusamāra
(at with disapproval) kurāba igitsūre
(behind) gukebuka
(carefully to see if anyone is there) gukengūza
(down, to make another) kwūnamika, kwūnamīsha
(for) kurereka, kurondera
(esp. to feel around) gukabakaba
(for a fault in one another) kugenzanya
(from side to side trying to see everything) kurunguruka
(in the face, to be unwilling to) kwīyobagiza
(like) gushusha
(over, in prospect of buying) kugaragura
(straight up) kurarama
(through) gusesa
(towards) kwerekera, gutūmbēra
(up) gukanura, kurangamiza, kurangamira, kuraramura
En-En dictionary 
lot    (in casting lots) ihēmbe, ubupfīndo
(to cast) gupfīnda
(to draw) gupfīndana
(to have a ~, even debts or troubles) kuroranirwa
En-En dictionary 
make    kugira, kurema
(afraid) gutēra ubwōba
(a bed) gusāsa
(blunt) gufyīta
(bread) gucūmba
(clean) guhumānura
(clear, cause to understand) gutegereza
(crooked) kugoreka
(drunk) kuborēra
(effort) kwāndāra
(empty) kugaragaza
(equal in length or height) kurēsha
(excuses) kudendekanya, kudendekeranya, kuzāngazānga
(face over something that tastes bad) kunyinyirwa
(a fire) gucāna, gukongereza
(firm) kugumya
(fun of) kunegura
(fun of, esp. someone in trouble) kwīshinyira
(fun of, by recalling the good he has lost) gucurīra
(good) kuryōsha
(hedge) kuzitira
(hard for one who has lost a loved one, by reproaching the dead) kwītāmba ku muvyimba
(known) kwāndagaza, kwātura, kumenyēsha, kwāngāza, kwerura, kurānga, gukwīza, gukwīragiza, kwāmāmaza, guhishūra, guserura
(laugh, one that makes others laugh) akagūgu
(level) gusēna
(narrow) kwāza
(nest) kwārika
(noise, big) kwāsana, gusāma, kubomborana, kubugiriza
(oneself) kwīgīra
(others like you) kwīkūndiriza
(peace) kubangūranya
(perfect) gutūngānya, kwūzuza, kuroraniriza
(place) kubisa
(place for one another to pass) kubisīkanya
(progress) gutēra imbere, kuyoboza
(reparations) guhōnga, guhōngera
(restitution) kuriha
(sacrifice) gushikana
(sign) kugereraniriza
(smooth) gusēna
(straight) kugorōra, kurorānya
(tired) kurusha
(vow) gushīnga
(watering place) kugomera
(white) kwēza
En-En dictionary 
perfect    guheraheza, guhīngūra
(to be) kuba agahore, guhebūza, kunengesēra, gutūngāna, kwūzura
(to make) kuroraniriza, gutūngānya, kwūzuza
En-En dictionary 
prepare    (to ~) gutegūra, guteganya, kuroraniriza
(food quickly for one) kuzina
(ground for sorghum) guhānda
(oneself to strike) kubangura
(a place for building) gutaba
(place for newborn baby) kubīkīra
(things for a trip) gutēkera
(to fight) gukenyera
(to go) kwīkora
(one who prepares for another) integūza
En-En dictionary 
put    gushira
(away) kubīka, gushingūra
(away the harvest) kwīmbura
(away beans for a year) guhitiza
(away for a year, to be ~) guhitira
(away, for several years) guhitikirana, guhitirana
(away, to take to) kwāndūra
(back) gusubīza
(bees in new hive) kwātira
(down) guhwāmika
(down roughly) gusekura
(forth new leaves) kurēmba
(hand to face in gesture of surprise) kujorerwa
(handle on) gukwikira
(higher) gukiriza
(in certain place) kugabānyānya
(in order) kurorānya
(into water) kurobeza
(near fire to dry) gutara
(on clothes) kwāmbara, kwīyambika
(on nice smelling stuff) kwōsa
(off doing what one should) kwīrengagiza
(oneself above where he belongs) kwītāra
(out fire, light) kuzimya
(out great branches) gusagarara
(out in sun) kwānikira
(outside) gusohora
(right) gutūngānya
(skin of dead calf before cow to make her give milk) kwōrokēra
(something cool on burn) gupfuvya
(somewhere) gushiraho
(things together) kurementanya, gusorōranya
(to bed) kuryāmika
(together) kwegeraniriza, guhūza, gutororokanya, kwegeranya
(to one side) guherereza
(to sleep) gusinziriza
(to work) kwāhura
(up, e.g. arms) gutarika
(up bee hive) kwegeka
(wood on fire) gukomānya
(yeast in beer) kubetera
En-En dictionary 
straight    (to be) kugororoka, kudadarara
(to be very) gutūngāna
(to make) kugorōra, kurorānya
(to make ~ for) gutūmbereza
(to stand up ~) guhagarara
En-En dictionary 
lucky    (to be) gucuna, guhīrwa, kuroranirwa
En-En dictionary 
place    (to) gushira
(to ~ here and there) gukwīragiza
(in order) gukirānura, kuringaniza, kurorānya
(facing each other) kurorānya
(objects together in irregular fashion, end for end) gucurikiranya
(obliquely) guhirika, gukīkama
(be placed obliquely) gukīka
(on) gushikiriza
(one thing above another) kugereka, kugerekeranya
(oneself) guherēra
(somewhere) gushiraho
(two things side by side, parallel) kubāngikanya
(to be placed wrong end to) gucurama
(to give place to each other) kubisīkanya
(to hold in) kugumya
(to leave a) gushingūka
(to make) kubisa
(to make for one another to pass) kubisīkanya
(to put a thing in its certain ~) gutereka
(to remain in ~ of another) gusigarira
(to stand in a certain ~ thus making ~ for another) kubisiriza
(to take the ~ of another) kwākīra
(to take the ~ of another watching) kubangūra
(to go from ~ to ~) kuyugayuga
En-En dictionary 
order    (to) gutumiza, gusaba
(to place in) gukirānura, kuringaniza, kurorānya
En-En dictionary