kumānyuruka (-mānyurutse)     v    to tear (vi), break
break    (vi) gucīka, kumeneka, kumānyuruka
(vt) guca
(and scatter, vt) gusāvya
(any slender thing, vi) kuvunika
(any slender thing, vt) kuvuna
(completely, vi) kudēndūka, gufyonyoka, kuvunagura
(in two) gusāba
(the law) kurēnga, kuyoba
(object with flat surface, vt) kumena
(off by burning, tree, etc.) gutemuka
(off a piece, bread) kubega
(out, as rash) guhurira, guturika
(rope, chain) kuvutagura
(suddenly, unexpectedly) gukenyuka
(a taboo) kurēngwa, kuzirūra, kugōka
(to bits, vi) kumenagurika, gusatagurika, kuvunagura, kumānyagura
(to bits, vt) gucagagura, kumenagura, gusatagura, kuvunaguza
(up, vi) kumānyagurika, kumānyuka
(up, vt) kujānjagura
(a break, as bone) imvune
En-En dictionary 
tear    (vi) gucīka, kumānyuruka, gutabuka, gutantamuka
(vt) gutabura, gutantamura
(along, water, rain) gusūriranya
(away) gushikura
(big hole, vi) kumānyuka
(big rip, vi) kumwanyuruka
(clothes, vt) gukākagura
(clothes in anger) gukākura, kumwāga
(down) guhenura, guhomvora, guhonyora, gusambūra, gusangangura
(down nest) kwāruza
(in pieces) gutabagura
En-En dictionary