kugirira (-ye)  v     to do for
kugīrīra (-riye)  v     1. to have an uncurable disease, fatal, 2. fail to return
disease    indwāra
(AIDS) sida
(billharcia) birariziyoze
(boil, abscess) igihute
(burn) ubushe
(bronchitis) indwara yo mu mahaha
(chicken pox) ibihara, agasāma
(diarrhea) ugucibwamwo, uguhitwa, ugucisha epfo
(elephantiasis) imisozi
(epilepsy) intandara
(eyes: certain kind of conjunctivitis) uburire
(fever) inyonko
(goiter) umwīngo
(gonorrhea) igisokoro
(leprosy) imibēmbe
(malaria) marariya, inyonko
(meningitis) umugiga
(mole) isunūnu
(mumps) amasambambwika
(pleurisy) umusōnga
(pneumonia) umusōnga
(recurrent fever) kimputo (Sw.)
(rheum, disease of eyes) ururire
(rheumatism) amakonyera, imisozi, imikuku
(smallpox) akarānda
(sore, little) akarōnda
(syphilis) agashāngāra
(tick fever) kimputo (Sw.)
(typhus) tifusi
(tuberculosis) igitūntu, agatūntu
(ulcer) igikomere
(ulcer, bad) igisebe
(ulcer, pain from tropical) igitema
(wart) isunūnu, intongāngira
(whooping cough) akānira, inkorora y'akanira
(yaws) ibinyoro
(cause of ~ something supposed to be in person making him sick) ibitēga
(person sick with wasting ~) umunywera
(to be a contagious ~) kwāndukira
(to catch contagious ~) kwāndura, kwāndukirwa
(to transmit) kwāndukiza
(to have an incurable ~) kugīrīra
(to improve, begin to feel better) gutenzukirwa
fail    gucumukura
(another) guhemukira
(to accomplish what one started) kugaburura
(to do what one intended) kudehūra
(to find) kubura, guhusha
(to give what one promised) kugaramāngira
(to keep one's word) guhemuka, kwīrahuruza, gutēzūra
(to return) kugīrīra
(in on'e task) gusibanganya
(to be unable to do what one attempts) gutāna
fatal    (to be) kugīrīra, gukora
incurable    (wound) akagīrīre
(to have ~ disease) kugīrīra
return    (to where speaker is) kugaruka
(other than where speaker is) gusubira
(vt) kugarukana, gusubiza
(from far away) guhabūka
(from hunting) guhīgūka
(from running away) guhīngūra
(from war) gutabāruka
(home, of wife when angry at husband) kugēnda buje
(to) gushikiriza
(to cause to) kugarura, gukubiranya, gusubiza
(to fail to) kugīrīra
(to have to ~ home because of bad news) gukuba
(to one's country after famine is over) gusuhūkuruka
(with) kugarukana
(person who goes never to return) akagīrīre
(an investment ~) umwimbu