kugerera (-ye)  v     1. to measure, 2. to pay salary
kugerēra (-reye)  v     1. to go elsewhere, 2. to find new building site
kugereranya (-nije)  v     1. to compare, 2. estimate, 3. diminish
kugereraniriza (-je)  v     1. to give an example, to illustrate, 2. make a sign, 3. point out the way
building    inyūbako, inyūbakwa
(public) inyūbakwa za leta
(to find new ~ site) kugerēra
(to prepare a place for ~) gutaba
(~ site) urugerēro, ikibānza, ishantiye
compare    kugereranya, gushushānya
(oneself with another) kwīgereranya
diminish    (vt) kugabanya, kugerura, kugereranya, gutūvya
(vi) kubangūra, kugabanuka, kugeruka, gutūba, kuyōka
estimate    (to) kugereranya
example    icītegererezo, akarorero, ikigereranyo
(evil ~) akābarore
(person to be imitated) iremezo
(to give an) kugereraniriza, guha akarorero
find    kurōnka, gusānga
(fault with everything) kunēbagura
(new building site) kugerēra
(one's way after being lost) guhubūka, kuzimuruka
(to be able to be found when looked for) kurondereka
(to fail to ~) kubura, guhusha
(something you ~) ikinobano
give    guha, guhēsha, gutānga
(back) gusubīza
(back cow, calf to one from whom one received a cow) kwōkōra
(birth) kuvyāra
(birth, cow about to ~) kudigiriza
(cow a second time to one who has brought many gifts) guhetera inkoni
(example) kugereraniriza, guha akarorero
(gift to bride so she will talk) guhorōra
(give me...) mpa
(good measure) kunengesēreza
(in to) kurōnsa
(information) kurangīra
(life to) kubēshaho
(more) kwongera, kwongeza
(oneself to) kwīhāmbīra
(oneself to service of Kiranga) kubāndwa, kuvōvōta
(over a possession) kwegura
(penuriously) kuzirukanya
(pledge or security) kugwatiriza
(present) kugabira
(refuse to) kwīma
(refuse to ~ another his own) kugūnga, kwīmana
(sacrifice) gushikana
(someone a hand) gusahiriza
(someone a heavy load) kuremēka
(to) guha, guhēra, guhēreza, kurōnsa, gushikiriza
(to each other) guhāna
(to each other often) guhānahāna
(to one whose house has burned) gusuhūza
(talk) kugamba
(up everything) kwīgura
(warm welcome, one does not say it of himself) gukēra
go    kugenda, kwigira, kuja
(after) kugīra
(ahead a little) kwūnguruza
(all through a house) kuvōgera
(around) kuzunguruka, gukīkira, gukīkuza, kuzīngūka
(around difficulty) kuzunguruka umutego, gukikuza umutego
(around 'Robinhood's barn') gukingitiranya
(aside with someone to talk privately) kwīkebukana
(astray) kuzimira
(away secretly) kwīdohōra
(back and forth) kunyura
(back on what he said, make one) kurahuruza
(backward) kwītūtānya, kugēnda umugōngo
(backward inadvertently) gufūtānya
(beyond) kurēnga
(by car) kugēnda n'umuduga
(by boat) kugēnda n'ubwato
(by land rather than cross river or lake) guca i musozi
(carefully not knowing path) kwātīra
(elsewhere) kugerēra
(everywhere) gukwiragirana, guhetūra
(far away) kwāmbuka, guhaba
(for food) gusuma
(forward) gutēra imbere
(forward little by little) kwūngururuza, kwūnguruza
(forward steadily) kuramiriza
(for a walk) kugēndagēnda
(from one thing to another) kurārāta
(from place to place) kunyuragiza, kuyugayuga
(gaily) kudayadaya
(here and there, child) kurērēta
(home) gutāha, kuganūka
(home from work) kugodoka
(home, of wife when angry) kugēnda buje
(into danger without regard to oneself) kwīroha
(let's go!) hoji, hogi, tugende
(naked) gufurama, kugēnda amēnya, kugēnda gusa
(on tiptoe) kuyōmbōka
(out, fire, light) kuzima
(out to a certain place) gusokoroka
(outside) gusohoka
(to prepare to go) kwīkora
(quietly) kuyōmbōka
(rapidly) gukinagira
(reluctantly) kwīyumānganya
(right in path, animal) gutōta
(round) gukikuza
(secretly because of fear) kwōmba
(seperate ways) gutāna
(slowly) kugoyagoya
(slowly, of convalescent) kwāndāra
(softly) kuyōmbōka
(steadily forward) kuramiriza
(stealthily) kunyobanyoba, kwiyombayomba, kuyombayomba
(straight forward) gutūmbereza
(through a narrow pass) kunyegētera
(to bed) kuryāma
(to chief or superior for something) kwītwāra, gushengera, gushengerera
(to find food) gusuma
(to help another in his work) gusāsīra
(to meal uninvited) kwigemagema
(to meet) gusanganira, gutegēra
(together to produce food for guests) gutērēra
(together to see, crowd) gukōndōrera
(toward) kurora, kwerekera, kwerekeza
(uncertain of the way) guhushagirika
(uncertainly) kudāguza
(up, as hill) kudūga
(up in smoke) gupfūnduka
(walking, esp. at night) kwīkanya
(to wedding) gutāha ubukwe
(well, to cause to ~) kugēnza
(with) kwāmbukana, kujāna
illustrate    kugereraniriza
make    kugira, kurema
(afraid) gutēra ubwōba
(a bed) gusāsa
(blunt) gufyīta
(bread) gucūmba
(clean) guhumānura
(clear, cause to understand) gutegereza
(crooked) kugoreka
(drunk) kuborēra
(effort) kwāndāra
(empty) kugaragaza
(equal in length or height) kurēsha
(excuses) kudendekanya, kudendekeranya, kuzāngazānga
(face over something that tastes bad) kunyinyirwa
(a fire) gucāna, gukongereza
(firm) kugumya
(fun of) kunegura
(fun of, esp. someone in trouble) kwīshinyira
(fun of, by recalling the good he has lost) gucurīra
(good) kuryōsha
(hedge) kuzitira
(hard for one who has lost a loved one, by reproaching the dead) kwītāmba ku muvyimba
(known) kwāndagaza, kwātura, kumenyēsha, kwāngāza, kwerura, kurānga, gukwīza, gukwīragiza, kwāmāmaza, guhishūra, guserura
(laugh, one that makes others laugh) akagūgu
(level) gusēna
(narrow) kwāza
(nest) kwārika
(noise, big) kwāsana, gusāma, kubomborana, kubugiriza
(oneself) kwīgīra
(others like you) kwīkūndiriza
(peace) kubangūranya
(perfect) gutūngānya, kwūzuza, kuroraniriza
(place) kubisa
(place for one another to pass) kubisīkanya
(progress) gutēra imbere, kuyoboza
(reparations) guhōnga, guhōngera
(restitution) kuriha
(sacrifice) gushikana
(sign) kugereraniriza
(smooth) gusēna
(straight) kugorōra, kurorānya
(tired) kurusha
(vow) gushīnga
(watering place) kugomera
(white) kwēza
salary    igihēmbo, umushahara, impēmbo
(to demand, to ask for) guhembesha
(to pay) guhēmba, kugerera
sign    ikimenyamenya, ikimenyetso
(to make a) kugereraniriza
site    (building) urugerēro, ikibanza
(to find new building ~) kugerēra
pay    (to ~) gutānga, guhēmba
(bribe to win one's case) kwihonga
(debt) kwīshura
(dowry) gukwa
(for work done) guhēmba
(fee) kubugura
(homage to) guhōngera, gushengera, gushengerera
(no attention to) gusamāra, gutimba
(salary) kugerera
(money into account) kubika amahera
(to make up for wrong doing) kwīcungura
point    (to) kwereka
(to ~ at) kugena, kugenekereza, gutūnga urutoke
(~ out the way) kugereraniriza
measure    (to ~) gupīma, kugera, kugerera
(to ~ a fixed time) kugerereza