kubēsha (-she)     v     to lie
kubēshaho (-shejeho)  v     to cause to live, give life to (from kuba)
kubēshana (-nye)  v     to lie about each other
kubēshabesha (-she)  v     to tell little lies, to fool
give    guha, guhēsha, gutānga
(back) gusubīza
(back cow, calf to one from whom one received a cow) kwōkōra
(birth) kuvyāra
(birth, cow about to ~) kudigiriza
(cow a second time to one who has brought many gifts) guhetera inkoni
(example) kugereraniriza, guha akarorero
(gift to bride so she will talk) guhorōra
(give me...) mpa
(good measure) kunengesēreza
(in to) kurōnsa
(information) kurangīra
(life to) kubēshaho
(more) kwongera, kwongeza
(oneself to) kwīhāmbīra
(oneself to service of Kiranga) kubāndwa, kuvōvōta
(over a possession) kwegura
(penuriously) kuzirukanya
(pledge or security) kugwatiriza
(present) kugabira
(refuse to) kwīma
(refuse to ~ another his own) kugūnga, kwīmana
(sacrifice) gushikana
(someone a hand) gusahiriza
(someone a heavy load) kuremēka
(to) guha, guhēra, guhēreza, kurōnsa, gushikiriza
(to each other) guhāna
(to each other often) guhānahāna
(to one whose house has burned) gusuhūza
(talk) kugamba
(up everything) kwīgura
(warm welcome, one does not say it of himself) gukēra
lie    (deception) ikinyoma
(to ~) kubēsha, kurema, kurementanya
(a little) kubēshabesha
(about) kurementaniriza, kwānguha, kudendekeranya, guhūmba
life    ubugīngo, ubuzima, ukubaho
(years of one's) amavūka
(to give ~ to) kubēshaho
(to regain) guhembūka
live    kuba
(live at, to dwell) gutura
(breathe, to still live) guhēma
(to be alive) kubaho
(to cause to) kubēshaho
(long time) kurāmba
(near a public place) guhorahabona
(together) kwāmana, kubāna, kumana
(long live the king!) ganza, sabwa!
fool    (to) kubēshabesha