kubēnja (-nje)  v     1. to ripen, 2. become yellow or reddish
colour    irāngi
(black) umukata, umufyiri, agafyīri,
(very) umuvyiro
(black mud) urushānga
(blue) ubururu
(brown) ibihogo
(brown, light) akagājo, umuyēnzi
(brownish black cow) ikirāyi
(gray) -vivi, agahīza, akavūzo, uruvūzo
(green) akātsi gatoto
(orange) umutugutu
(red, like mud) agahama
(tan hair, of goats) umufūmbere
(very white) derere
(yellow) umuhōndo, umutugutu
(yellow, dark) ibihogo
(yellow, light, reddish) umugina
(to be black) kwīrabura
(to be white) kwēra
(to become yellow or reddish, in ripening) kubēnja
(to colour) kuraba
(to ~ in) gusiga amabara
(to change ~, fade) kubēnjūka, kubēngūka
reddish    umugina, urugina
(to become, fruits) kubēnja
ripen    kwēra
(become yellow or reddish) kubēnja
(for certain fruites, esp. bananas) gusha
(of fruits) kurunguriza
yellow    umuhōndo, umugina, umutugutu
(dark) ibihogo
(of egg) umutugutu
(to become ~) kubēnja
(to become yellowish) kubēnjūka