kazoza  n    future
 kazoza : Prefixless Present 7.class sing. with 3.class pl. object of:
kwōza (-ōgeje)     v    to wash (not body), to clean (vt)
 kazoza : Ordinary Future 7.class sing. of:
za (-je)   v    to come
future    kazoza
(far in the ~) kēra
En-En dictionary 
goodbye    n'agasaga, n'akagaruka, n'agahindukira, n'agahumuza, n'agahwane, n'akababa, n'akaza, n'akabandanya, n'akazoza, buroca, turabonanye, ku Mana, ndakwinyungushuye
(to superior) ndakwikebanuye, ndikebanuye, ndigaranzuye
(to bid) gusēzera
En-En dictionary