inyōnko (iny-)  3     1. fever, 2. malaria
disease    indwāra
(AIDS) sida
(billharcia) birariziyoze
(boil, abscess) igihute
(burn) ubushe
(bronchitis) indwara yo mu mahaha
(chicken pox) ibihara, agasāma
(diarrhea) ugucibwamwo, uguhitwa, ugucisha epfo
(elephantiasis) imisozi
(epilepsy) intandara
(eyes: certain kind of conjunctivitis) uburire
(fever) inyonko
(goiter) umwīngo
(gonorrhea) igisokoro
(leprosy) imibēmbe
(malaria) marariya, inyonko
(meningitis) umugiga
(mole) isunūnu
(mumps) amasambambwika
(pleurisy) umusōnga
(pneumonia) umusōnga
(recurrent fever) kimputo (Sw.)
(rheum, disease of eyes) ururire
(rheumatism) amakonyera, imisozi, imikuku
(smallpox) akarānda
(sore, little) akarōnda
(syphilis) agashāngāra
(tick fever) kimputo (Sw.)
(typhus) tifusi
(tuberculosis) igitūntu, agatūntu
(ulcer) igikomere
(ulcer, bad) igisebe
(ulcer, pain from tropical) igitema
(wart) isunūnu, intongāngira
(whooping cough) akānira, inkorora y'akanira
(yaws) ibinyoro
(cause of ~ something supposed to be in person making him sick) ibitēga
(person sick with wasting ~) umunywera
(to be a contagious ~) kwāndukira
(to catch contagious ~) kwāndura, kwāndukirwa
(to transmit) kwāndukiza
(to have an incurable ~) kugīrīra
(to improve, begin to feel better) gutenzukirwa
fever    (illness) inyōnko, umururūmbo
(temperature) umuriro, umucānwa, ubushūhe
(to have high fever) umucānwa ururumba (from kururūmba)
have    –fise, kugira, gutūnga
(absolutely all one wants, and to be a bit showy about it) kunyananyaya
(abundance) kudibama, guhīmba
(always) guhorana
(bad habits, having had good) gufūtāna
(diarrhea) gucībwamwo, guhitwa, kudodomwa, kwīruka, gushuruza
(done recently) guherūka
(fellowship) gufatanya
(fellowship with) gucudika
(fever) kurwara inyonko
(for) –fitiye
(friendhsip with) gucudika
(holes from rust) kunyengetērwa
(much, may be even lots of debts or trouble) kuroranirwa
(pain) kubabara
(sex) kuryamana, kwenda, kurongorana, kurya umwana
(sloping sides, like soup dish) gufukūra
(speech impediment) kugobwa
(things in common) kubūngirana
(to ~ to) kurīnda, –kwīye
malaria    marariya, malariya, inyōnko