intango (in-)     3  class 3
singular: i-,in-
plural: i-,in-
  
beginning
intāngo (in-)     3  class 3
singular: i-,in-
plural: i-,in-
  
very large pot
beginning    inkomoka, iremezo, intango, itanguriro, intanguro
(of dry season, about June) impēshi
En-En dictionary 
pot    (clay cooking) inkono, inaga, impānge
(for water) umubīndi, umuhānge, umukātwa, ikibīndi
(coffee ~) ibirika y'ikawa
(small for butter) urwāvya, ikebano
(very large) intāngo
(with long narrow neck) agakarabo
(cooking pot) isafuriya, isafuria
En-En dictionary 
utensil    (basin) umubēhe, ikibēhe
(bowl) ibakure
(clay cooking pot) inkono, inaga, impānge
(tall clay water pot) umubīndi
(cooking) icōmbo
(small covered container) ikazānga
(small pot girls put butter in) ikebano, urwāvya
(spoon) ikiyīko
(very large pot) intāngo
En-En dictionary 
 intango found in: Imyibutsa (proverbs)
Umwibutsa 250   Intango y'ubuhanza ni amasoso....
 intango found in: Music & Lyrics
Music    Intango y'imperuka
Music    Kora