inkono (in-)     3  class 3
singular: i-,in-
plural: i-,in-
  
clay cooking pot
clean    -īza
(to be) guca
(to become) guhumānuka
(to make) gusukura, guhumānura
(out ear wax) gukurugutura
(out path) gusibūra
(sweep) gukubūra
(up) kwēnzūra
(up a field) gukāngaza
(up a place) gukēsha
(up one's plate completely) gukōmba inkono
En-En dictionary 
earthenware    inkono y'ibumba ikayangana
En-En dictionary 
pot    (clay cooking) inkono, inaga, impānge
(for water) umubīndi, umuhānge, umukātwa, ikibīndi
(coffee ~) ibirika y'ikawa
(small for butter) urwāvya, ikebano
(very large) intāngo
(with long narrow neck) agakarabo
(cooking pot) isafuriya, isafuria
En-En dictionary 
utensil    (basin) umubēhe, ikibēhe
(bowl) ibakure
(clay cooking pot) inkono, inaga, impānge
(tall clay water pot) umubīndi
(cooking) icōmbo
(small covered container) ikazānga
(small pot girls put butter in) ikebano, urwāvya
(spoon) ikiyīko
(very large pot) intāngo
En-En dictionary 
 inkono found in: Imigani (tales)
Umugani 50   Ihebe n'imfyisi
 inkono found in: Ibisokozo (riddles)
Ibisokozo 4   Akavumu kanje mpungurura bunyoni....
Ibisokozo 15   Aha twese turaririye umwe....
Ibisokozo 19   Agacumu kanje mpungururabunyoni....