inkēre (in-)  3     1. berries, esp. blackberry, 2. strawberry
urukerezo (in-)  6     saw
inkerebutsi  adj     1. skillful, skilled, 2. wise
berries    inkēri, inkēre
berry    inkēri, inkēre
icamwa kitagira utubuto
skilled    inkerebutsi
(person) umuhānga, umuhīnga, umuhizi, umugesera, umufūndi (Sw.) umuntu w'inkuba
skillful    inkerebutsi
(to be) kubanguka, guhīngūra
(to be more than others) kuzīnga
strawberry    inkēri, inkēre
blackberry    inkēri, inkēre
 inkere found in: Kirundi I (Study lessons)
lesson 92   Dependent Not Yet Tense
lesson 94   Relative Clauses