impwēmu (im-)     3  class 3
singular: i-,in-
plural: i-,in-
  
breath, spirit, air
air    impwēmu, impemu, ikirēre
(to air) kwānikira
En-En dictionary 
asphyxiation    ukubura impwemu, ugupfundwa, ukunigwa n'ukubura impwemu
En-En dictionary 
breath    impwēmu
En-En dictionary 
breathe    guhēma, guhumēka, gukwega impwemu
(hard) guhēmūka
(heavily and noisily) gufūha, gupfūha
(with difficulty, child) gufūrēka
En-En dictionary 
breathing    (respiration) ugusohora impwemu
(~ in) ukwinjiza impwemu
En-En dictionary 
inhale    gukwega impwemu
En-En dictionary 
spirit    igihūme, impwēmu, umuzimu
(Holy Spirit) Mpwemu Mweranda, Mpwemu Yera
(nature spirit) imbāndwa
(of person) umushaha
(to chase away or drive out evil ~) gusēnda
(to offer to ~) guterekēra
(~ worship) ubuzimuzimu
En-En dictionary 
 impwemu found in: Kirundi II (Grammar)
chapter 39   –tuma used to show Reason or Cause