imfungurwa (im-)  3     1. food, 2. meal
cellulose    imfungurwa ziva mu biterwa, zifasha amara gukora neza, ubugwegwe bashobora guhinguramwo impuzu
dessert    imfungurwa zisosa baherezako
food    indya, ibifungurwa, imfungurwa
(food that needs to be cooked) igitekwa
(baby ~) umusururu
(big portion of) irobe
(and drink of rich man, ruler) igiturire
(for a journey) impāmba
(without salt) ibise
(one in charge of ~ at a feast) umuteretsi
(place where ~ is plentiful) amasumo, ubusumo
(to be burned slightly) kuyēnga
(to become too dry in cooking) kuyēnga
(to burn, vi) kuzigira
(to dish up) kwārura
(to eat, to serve) gufungura
(to get ~ for oneself) gutāra
(to go to find ~) gusuma
(to go together to produce ~ for guests) gutērēra
(to quickly make ~ for one) kuzina
(to serve) gufungura
(to try to find ~ for unexpected guests) kwīyambagura
hors d'oeuvre   imfungurwa nyitangizo
ingredient    imfungurwa zikenewe mu guteka
menu    ikarita ivyērekana
(set ~) imfungurwa zitegekanijwe ku munsi
pudding    imfungurwa zisosa baherezako
ratatouille    uruvangi rw'imfungurwa zitetse mu tuvuta dekeyi
starter    (entrēe) imfungurwa ntanga kayabagu
(hors d'oeuvre) imfungurwa nyitangizo
meal    imfungurwa
(to have a ~) gufungura, kurya
 imfungurwa found in: Imigani (tales)
Umugani 36   Umusuku