ikivyārwa (ibi-  4  class 4
singular: iki-,ic-
plural: ibi-,ivy-
  
illegitimate child, child of mixed marriage
 ikivyarwa : Prefixless Present 2.class plural with 4.class sg. object of:
kuvyarwa (-vyawe)   v    to be born
child    umwāna, umugisye, umukeme, umurerwa
(before he begins to know anything) igitambamboga, igitwengerabarozi
(disobedient) intabarirwa
(first-born) imfura
(healthy, about 4 months) ikibunduguru
(illegitimate) igihūmbu, ikivyārwa
(learning to walk) ikidegedege, intavyi
(male) umuyibigi
(of) mwene
(of mixed marriage) ikivyārwa
(only) ikinege, umwāna w'ikinege
(derogative) umuhimbiri
(small) ikibondo
(starting to know a little) umwankavu
(that doesn't grow properly) imfunya
(unwanted or orphan) intābwa
(up to 8 or 10 years) umugimbi
(weaned) umucūko, umukurira
(youngest or favourite) umuhererezi
(~ care) ubuhinga bwo kurera abana
(~ benefit) imfashanyo y'umuryango
En-En dictionary 
illegitimate    (child) igihūmbu, ikivyārwa
En-En dictionary