igisamunyu (ibi-)     4  class 4
singular: iki-,ic-
plural: ibi-,ivy-
  
kind of bananas (for cooking)
banana    igitōke, igitōki, umuneke
(plantation) urutoke
(one or one hand of) umuhānyu
(ripe) umuhwi, umuneke
(kinds of) ikinyamunyu, igisamunyu
(beer banana) igipaca
(lady-finger) akamaramasenge
(red banana) igisukari
(bark of tree) igihubahuba
(beer) urwārwa
(sweet drink) umutobe
(leaf, green) umutōto
(leaf) ikirere
(leaf, dry) ihuba
(leaves, dry) igihūnda, ibihūndahūnda
(center of leaf) ikigongo-gongo
(leaves, knife for cutting) urugombōzo
(young shoot) umutsīnda
(trunk after stalk is cut) igitumbatumba
(to cut leaves) kugombōra
(to cut from stalk) guhānyura
(to cut stalk) gutūmbūra
(to remove dry leaves) gutūtūra
(to squeeze juice from) kugana, kuvuguta
En-En dictionary