igikonyo (ibi-)     4  class 4
singular: iki-,ic-
plural: ibi-,ivy-
  
indifference
gushira igikonyo (-shize)   phr    to work with zeal, earnestness
igikonyozi (ibi-)     4  class 4
singular: iki-,ic-
plural: ibi-,ivy-
  
frost, severe cold
cold    –bisi
(in chest) agaherēra
(in head) agahiri, akamango, akamangu,
(cough) inkorora
(common cold, flu) ibicurane
(weather) imbeho, ubukonje
(weather, severe) igikonyozi
(to be) gukōnja, gukanya, gutīmba
(to be drawn up from ~) gutetera
En-En dictionary 
earnestness    umwēte, ifūhe
(at a task) ubwīra
(to work with) gushira igikonyo
En-En dictionary 
frost    igikonyozi
En-En dictionary 
indifference    igikonyo, ubute
En-En dictionary 
weather    (severe cold) igikonyozi
(cloudy but not rainy) urufuri
(to be cool) gupfuka
(to turn bad suddenly) gufurūngana
En-En dictionary 
zeal    umwēte, umwītwaririko, ishāka, ifūhe
(to have) gushiruka umwete, gushira igikonyo
(to lose one's) kudehūra
En-En dictionary 
work    (to ~) gukora
(at several tasks at once) kujuragira
(carelessly wanting to quit) kuregarega
(complainingly) kugimīra
(for king, chief) gusasa ibwāmi
(for oneself) kwīkorera
(hard) gucumukura, gutama
(hard at) kuramiriza
(lazily) kuregarega
(rapidly) gufuruguta
(together) gukorana
(unwillingly, complainingly) kunyinkira, kugimīra
(with earnestness) gushira igikonyo
(with wood) kubāza
(with zeal) gushira igikonyo
(to cease, go home from) kugodoka
(to ~ for another without approval) kuruhira
(to do housework) kugora
(to feign) gushaza
(to put to) kwāhura
(to not keep at the job faithfully) gutenzekanya
(to try to get out of, pretend to work) gushaza
(to have ~ in one place many years) kuzyātira
En-En dictionary