igihongo (ibi-)  4     pile of rocks
igihōngo (ibi-)  4     bribe
bribe    ikibuguro, igihōngo, impongano
(to ~) guhōnga, guhōngera
(to pay ~ to win one's case) kwīhōnga
pile    ikirūndo
(of grain) amarwi
(of grain and chaff mixed) ubukūmbi
(of rocks) igihongo
(of wood) akarwi
rock    ibuye, ikibuye, urutare
(pile of rocks) igihongo