ibuye (ama-)     5     stone
 -ibuye : past of...
kwībūra (-ye)  v     1. to reveal oneself, 2. announce oneself
kw  prep     1. on, 2. at, 3. to (the outside of a thing), 4. from (outside of a thing), (form of ku before fifth class nouns in singular, e.g. kw ibuye - on a rock)
ikibuye (ibi-)  4     rock
rock    ibuye, ikibuye, urutare
(pile of rocks) igihongo
stone    ibuye
(big) igitāndara, urutāndara
(grinding) urusyo
(rolling) urunāna
(sharpening) irtyāzo
(small, round) akabuyēnge
(three, placed for fireplace) izīko
 ibuye found in: Kirundi I (Study lessons)
lesson 18   Class 5 i–, ama–
lesson 53   Past Verb Endings
lesson 84   Past of Passives
 ibuye found in: Imyibutsa (proverbs)
Umwibutsa 37   Ibuye riserutse ntiryica isuka....
Umwibutsa 144   Ibuye riserutse ntirihongora isuka....
Umwibutsa 331   Nta wutera ibuye aho...