ibara (ama-)     5  class 5
singular: i-,iri-
plural: ama-
  
1. spot, 2. woe, 3. suffering, 4. dishonor
 ibara : Prefixless Present 2.class plural of:
kubara (-baze)     v    to say, tell
kwāmbika ibara (-āmbitse)   phr    to spoil another's reputation
ibarabara (ama-)     5  class 5
singular: i-,iri-
plural: ama-
  
(Sw.) road
caramelization    ugushongesha isukari igahindura ibara
En-En dictionary 
colorant    gitanga, guhindura ibara
En-En dictionary 
coloring    gitanga, gihindura ibara
En-En dictionary 
dishonor    ibara
(to ~) guhumānya
En-En dictionary 
egg    irigi, igi
(boiled) uburyo bwo guteka irigi mu mazi ntirishe nēza
(fried) ijisho ry'irigi
(hard-boiled) irigi ritetse mu mazi
(shell) ikibarara
(tiny) ubugi
(to lay ~) guta amagi
En-En dictionary 
eggshell    ikibarara
En-En dictionary 
fragment    ikibarara
En-En dictionary 
gourd    igikunga, ikirende, umutānga
(long) umukuza
(broken) ibibarara
(as object of worship) intendēri
En-En dictionary 
reputation    (to spoil another's) kwāmbika ibara
En-En dictionary 
road    umuhanda, ibarabara, umuharuro, irāngo
(main ~) ihwaniro ry'amabarabara
En-En dictionary 
shell    (of gun) urusoro
(peanuts, etc.) ibishishwa
(egg) ikibarara
(carapace) ikigaragamba, umuruka
En-En dictionary 
spoil    (to ~, vi) kubora, kwōnōna
(vt) kuboza
(of foods) kugāsha
(another's reputation) kwāmbika ibara
En-En dictionary 
spot    ibara, indome, irabagu, ikirabagu, agasembwa
(in sense of dirt) icēyi
(opposite door of house) umukōndo
En-En dictionary 
suffering    umubabaro, ibara
En-En dictionary 
woe    ibara
En-En dictionary 
 ibara found in: Imigani (tales)
Umugani 25   Inzu
 ibara found in: Imyibutsa (proverbs)
Umwibutsa 239   Inkuru ibara uwayibonye. ...
 ibara found in: Music & Lyrics
Music    Ikinjana ca 20