gutūmbēra (-reye)  v     1. to aim at, 2. to plan for, 3. to focus, to concentrate on, 4. to be directly in front of, looking toward
front    (in ~ of) imbere
(to be directly in) guhangana, gutūmbēra
look    (evil) igitsūre
(all about) kuraraguza
(around on all sides) kweraguza, gukebaguza
(at) kurāba, kurereka, kurora, kwirora
(at carefully) guhwēba, kwīhwēza
(at hastily) kurangaguza
(at in wonder) gusamāra
(at intently) kwīhwēza, kwītegereza
(look at me!) kundāba
(at one thing after another, many things) kurābarāba
(at oneself) kwīrāba
(at repeatedly) gukanaguza
(at without paying attention) gusamāra
(at with disapproval) kurāba igitsūre
(behind) gukebuka
(carefully to see if anyone is there) gukengūza
(down, to make another) kwūnamika, kwūnamīsha
(for) kurereka, kurondera
(esp. to feel around) gukabakaba
(for a fault in one another) kugenzanya
(from side to side trying to see everything) kurunguruka
(in the face, to be unwilling to) kwīyobagiza
(like) gushusha
(over, in prospect of buying) kugaragura
(straight up) kurarama
(through) gusesa
(towards) kwerekera, gutūmbēra
(up) gukanura, kurangamiza, kurangamira, kuraramura
looking    (toward, to be) gutūmbēra
toward    (the top) haruguru
(to be looking) gutūmbēra
(to go) kwerekera, kwerekeza
(to direct ~) kwerekeza
(to look) kwerekera
focus    (to) gutūmbēra
aim    (to ~ at) gutūmbēra
(to ~ for) gutūmbereza
(to ~ and miss) guhusha
plan    (to) gutegūra, guteganya
(to ~ for) gutūmbēra, kugira imigabo
(secretly to do something) kwimbirira
(to be obliged to adopt the less desirable of two plans) gutēgekanishwa
(to have several plans of what to do) gutēgekanya