gutāmba (-mvye)  v     to dance (see also kwītāmba)
gutāmbana (-nye)  v     to dance together
dance    (to ~) gutāmba, guhamiriza
(parade dancing as traditional warriors) kwīyereka
(~ to music) kuvyina
(to cause to ~) kuvyinisha
(to ~ in honor of) kuvyinira, gutambira
(to ~ together) gutambana
(in honor of Kiranga) kubāndwa