gusimbagurika (-tse)  v     1. to jump, 2. to do or answer quickly without thinking, 3. to pound (heart)
do    (to) kugira, gukora
(again) kwongera
(always) kwāma, guhora
(anyhow, in spite of) gupfa
(continually) kwāma, guhora
(the dishes) kwoza ivyombo
(even more) kurushiriza
(first) kubānza, gushūza
(forcefully) kwīhanukīra
(habitually) kumēnyera
(have too much to ~) kurēngerana
(the impossible) gufyidikīra
(~-it-yourself) ukugira utugenegene
(housework) kugora
(one's duty) gushimika
(quickly) gukwākwānya, gushōka, gusobaganya, gusūriranya, gutebūtsa
(quickly and carelessly) kuraha
(quickly without thinking) gusimbagurika
(~ not) -ōye (verb without infinitive)
(reluctantly) kwīyumānganya
(a sloppy job) kurēngagiza
(something alone) kwīgūnga
(something by oneself without authority) kwigenera
(something that causes pleasure or amazement) gusamāza
(that which you declared you would not ~) kwīrahuruza
(two things at once) kubāngikanya
(unwillingly) kugoyagoya
(unwillingly and complainingly) kunyinkira
(the washing up) kwoza ivyombo
heart    umutima, umushaha
(pure, kind) umutima ukeye
(to jump with fear) guhahama
(to pound) kugurugūmba, gusimbagurika, kudidagizwa
(to set one's ~ on) guhahamira
(to beat) gutera indihaguzi
hop    sa nkoko
(to ~ about) gusimbagurika
jump    gusīmba, gusimbagurika
(about) gukinagira
(from above) gushunguruka
(in one's sleep) guhahamuka, kurandamuka
(in surpise) guhahabuka
(in surprise or when awakened) kuzanzamuka, gukanguka
(up and run quickly) kwūbuka
(when stung or bitten) gushikurwa
(with fear, heart) guhahama
palpitate    (heart) kudidagizwa, kugurugūmba, gusimbagurika
pound    (to ~, as heart) kudidagizwa, kugurugūmba, gusimbagurika
think    kwīyumvīra, gucīra, kugira, kwīkēkāko, kwīrimbūra
(about) kuziga
(over) gutegēra, kuzirikiana
(over whether a thing is right) kurimbūra
(to do quickly without thinking) gusimbagurika
(I think, you don't think, one might think) umēnga, umēngo
(think of that!) pe!
answer    (to ~) kwīshura
(to ~ on exam) guhīngūra
(~ back lots of words to one who reproves) kuryāgūmba
(delay to) kurēngagiza
(to not give when asked) kwīrengagiza
(quickly without thinking) gusimbagurika
(to superior when called) kurēnguka
(when called) kwītaba