gushuruza (-shuruje)   v    to have diarrhea
diarrhea    ugucibwamwo, uguhitwa, ugucisha epfo, ako mu nda
(to give) guhita
(to have) gucībwamwo, guhitwa, kudodomwa, kwīruka, gushuruza
(to stop) gufutīsha
(to recover from) gufuta
En-En dictionary 
have    –fise, kugira, gutūnga
(absolutely all one wants, and to be a bit showy about it) kunyananyaya
(abundance) kudibama, guhīmba
(always) guhorana
(bad habits, having had good) gufūtāna
(diarrhea) gucībwamwo, guhitwa, kudodomwa, kwīruka, gushuruza
(done recently) guherūka
(fellowship) gufatanya
(fellowship with) gucudika
(fever) kurwara inyonko
(for) –fitiye
(friendhsip with) gucudika
(holes from rust) kunyengetērwa
(much, may be even lots of debts or trouble) kuroranirwa
(pain) kubabara
(sex) kuryamana, kwenda, kurongorana, kurya umwana
(sloping sides, like soup dish) gufukūra
(speech impediment) kugobwa
(things in common) kubūngirana
(to ~ to) kurīnda, –kwīye
En-En dictionary