gushiruka (-shirutse)     v    ~ ubute to be zealous, energetic, active, diligent
gushiruka umwete (-shirutse)   phr    to be zealous or energetic
gushiruka amazinda (-shirutse)   phr    to not have doubt, be sure of oneself
gushiruka impungenge (-shirutse)   phr    to have vertigo, to feel dizzy
gushirukanya (-shirukanye)     v    to be shameless, unafraid, bold
bold    (to be) gushirukanya, kwūbahuka
(esp. young girl) kwerura
En-En dictionary 
confident    (to be) kurema, gushiruka amazinda
(over) kwīrārīra
En-En dictionary 
doubts    amakēnga, amazīnda
(to not have) gushiruka amazīnda
En-En dictionary 
enegetic    (to be) guciririka, gukovya, kwigumira, gushiruka ubute, gushiruka umwēte
En-En dictionary 
fearless    (to be) guhangāra, kurīndūka, gushirukanya, gushira amanga, gutīnyūka
En-En dictionary 
shameless    (to be) gushirukanya, kwerura
En-En dictionary 
zeal    umwēte, umwītwaririko, ishāka, ifūhe
(to have) gushiruka umwete, gushira igikonyo
(to lose one's) kudehūra
En-En dictionary 
zealous    (to be) kwītwaririka, gushiruka ubute, kugira umwēte
(to be ~ to accomplish) gufūhira
En-En dictionary 
active    (to be) kubanguka, gushiruka ubute
En-En dictionary 
diligent    (to be) gushiruka ubute
En-En dictionary 
energetic    (to be) gushiruka ubute
En-En dictionary 
 gushiruka found in: Kirundi II (Grammar)
chapter 26   Special Verb Endings