gushira (-ze)  v     1. to put, to place, 2. to wear out, to finish (vi)
gushīra (-riye)  v     to take to someone
gushīra  v     (verb without past) to be almost over (night)
ijoro rishīra ubuca night is almost over, about to dawn
gushira amanga (-ze)  phr     1. to be brave, fearless, 2. to be determined
gushira amazīnda (-ze)  phr     to have a good memory
gushira igikonyo (-ze)  phr     to work with zeal, earnestness
gushira impungenge (-ze)  phr     to have good equilibrium (see impungenge)
gushiraho (-zeho)  v     to put somewhere, to place somewhere
gushiramo  v     to accelerate
accelerate    kunyarutsa, gushiramo
(a car) kwongera umuriro
brave    (to be) guhangāra, kurema, gushira amanga
curtain    irido
(net ~) ugushira iharire mu mpuzu ibonerana
determined    (to be) gushira amanga
(to get what you want) kwītāra
earnestness    umwēte, ifūhe
(at a task) ubwīra
(to work with) gushira igikonyo
equilibrium    (lack of) impungenge
(to have good) gushira impungenge
fearless    (to be) guhangāra, kurīndūka, gushirukanya, gushira amanga, gutīnyūka
finish    (vt) guheza, kwāhukānya, kumara, kurangiza, gusōzēra, gutōza, gushirīsha
(vi) guhera, kwāhukāna, kurangira, gushira
(completely, vi) kwīramvura, gukōmvōmvoka
(vt) gukōmvōmvora, kumarīra, kumaramara, kunōnōsora, guherengeteza, guheraheza
(each other off) kumarana
(food) gukōmba
(weaving an article) gusōza
net curtain   ugushira iharire mu mpuzu ibonerana
night    ijoro
(to be) kwīra
(to be almost over) gushīra
(e.g. ijoro rishīra ubuca)
(to lodge for the) kurāza
(to spend the ~) kurāra
(to spend the ~ alone) kwīrāza
(to spend the ~ at) kurārīra
(to watch, as watchman) kurārīra
over    (way over there) harīya
(not too far away) harya
(to be almost, night) gushīra, e.g. ijoro rishīra ubuca
(to be left) gusigara
(to leave) gusigaza
(left-overs) imisigazwa
put    gushira
(away) kubīka, gushingūra
(away the harvest) kwīmbura
(away beans for a year) guhitiza
(away for a year, to be ~) guhitira
(away, for several years) guhitikirana, guhitirana
(away, to take to) kwāndūra
(back) gusubīza
(bees in new hive) kwātira
(down) guhwāmika
(down roughly) gusekura
(forth new leaves) kurēmba
(hand to face in gesture of surprise) kujorerwa
(handle on) gukwikira
(higher) gukiriza
(in certain place) kugabānyānya
(in order) kurorānya
(into water) kurobeza
(near fire to dry) gutara
(on clothes) kwāmbara, kwīyambika
(on nice smelling stuff) kwōsa
(off doing what one should) kwīrengagiza
(oneself above where he belongs) kwītāra
(out fire, light) kuzimya
(out great branches) gusagarara
(out in sun) kwānikira
(outside) gusohora
(right) gutūngānya
(skin of dead calf before cow to make her give milk) kwōrokēra
(something cool on burn) gupfuvya
(somewhere) gushiraho
(things together) kurementanya, gusorōranya
(to bed) kuryāmika
(together) kwegeraniriza, guhūza, gutororokanya, kwegeranya
(to one side) guherereza
(to sleep) gusinziriza
(to work) kwāhura
(up, e.g. arms) gutarika
(up bee hive) kwegeka
(wood on fire) gukomānya
(yeast in beer) kubetera
take    gufata, gucakīra, guhitana
(another's place in watching) kubangūra
(apart what has been stuck together) kumatūra
(authority on oneself) kurēngera
(away) gukūra, gushingūra, gutwāra
(away from) kwāka, kunyaga
(away completely) gukōmbōra, gutōngōra
(away with) kuvāna
(by force) kunyaga
(care of) kubungabunga, kwītwaririka
(care of, very good) kubukabuka
(case to chief or court) kubūranya
(case to chief, knowing one is right) gutara
(child in arms) kurera, gukīkira
(council together) guhūza ināma
(cows uphill) kurārūra
(down) kumanura
(down tent) gupāngūra
(everything for oneself) kwīgūngirako
(far away) kwāmbukana
(firm hold of) kubāngiriza
(from another) kwākīra
(from pocket or other concealed place) kugoborora
(here, take this) enda
(hold of) gufata
(hold of person) gusūmira, gushorerakw amaboko
(home) gutāhāna
(home object or cows after being away long time) kugishūra
(in one's arms) kugūmbīra, gukīkira
(mouthful) gutamira
(oath) kurahīra
(off clothes) kwīyambura
(off lid of basket) kurumūra
(out) gusokōra
(out of) gukūra, gusokorora, kugobōtora
(out of hole in ground what one has put there) kuzīkuruka
(outside) gusohora
(picture) gucapura (Sw.)
(place of another) kwākīra
(quickly) gutebūkana
(someone aside) kwīkebana
(someone to chief for trial or accusation) gushengeza
(something out to an appointed place) gusokorora
(to put away) kwāndūra
(to someone) gushīra
(to someone where he is) gusānza
(turns) kwākīrana, kwākīranwa, kuja imbu, gukūranwa
(up space) gutabarara
(walk) kugēndagēnda
(wife) kwābīra
(wife, without marrying her properly) gucīkiza
(with) kujāna
wear    kwāmbara, gufuba
(belt, girdle) gukenyera
(many clothes) guhūnda
(out) gushira, gutamiza
(out completely) guhombōza
(out person) gutamya
zeal    umwēte, umwītwaririko, ishāka, ifūhe
(to have) gushiruka umwete, gushira igikonyo
(to lose one's) kudehūra
work    (to ~) gukora
(at several tasks at once) kujuragira
(carelessly wanting to quit) kuregarega
(complainingly) kugimīra
(for king, chief) gusasa ibwāmi
(for oneself) kwīkorera
(hard) gucumukura, gutama
(hard at) kuramiriza
(lazily) kuregarega
(rapidly) gufuruguta
(together) gukorana
(unwillingly, complainingly) kunyinkira, kugimīra
(with earnestness) gushira igikonyo
(with wood) kubāza
(with zeal) gushira igikonyo
(to cease, go home from) kugodoka
(to ~ for another without approval) kuruhira
(to do housework) kugora
(to feign) gushaza
(to put to) kwāhura
(to not keep at the job faithfully) gutenzekanya
(to try to get out of, pretend to work) gushaza
(to have ~ in one place many years) kuzyātira
place    (to) gushira
(to ~ here and there) gukwīragiza
(in order) gukirānura, kuringaniza, kurorānya
(facing each other) kurorānya
(objects together in irregular fashion, end for end) gucurikiranya
(obliquely) guhirika, gukīkama
(be placed obliquely) gukīka
(on) gushikiriza
(one thing above another) kugereka, kugerekeranya
(oneself) guherēra
(somewhere) gushiraho
(two things side by side, parallel) kubāngikanya
(to be placed wrong end to) gucurama
(to give place to each other) kubisīkanya
(to hold in) kugumya
(to leave a) gushingūka
(to make) kubisa
(to make for one another to pass) kubisīkanya
(to put a thing in its certain ~) gutereka
(to remain in ~ of another) gusigarira
(to stand in a certain ~ thus making ~ for another) kubisiriza
(to take the ~ of another) kwākīra
(to take the ~ of another watching) kubangūra
(to go from ~ to ~) kuyugayuga
 gushira found in: Kirundi I (Study lessons)
lesson 31   Negative of Future
lesson 52   Rules for Past Endings
lesson 101   Reading Lesson
 gushira found in: Imigani (tales)
Umugani 9   Umwarabu n'ingamiya